Abanyefeso 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ivyo vyabaye kugira ngo ubu, biciye kw’ishengero+, intwaro be n’ubukuru+ biri mu bibanza vyo mw’ijuru bimenyeshwe ubukerebutsi bw’Imana bw’uburyo bwinshi cane+,
10 Ivyo vyabaye kugira ngo ubu, biciye kw’ishengero+, intwaro be n’ubukuru+ biri mu bibanza vyo mw’ijuru bimenyeshwe ubukerebutsi bw’Imana bw’uburyo bwinshi cane+,