1 Petero 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Barahishuriwe yuko bariko bagabura, atari ku bwabo+, mugabo ku bwanyu, ibintu ubu mwamenyeshejwe+ biciye ku babamenyesheje inkuru nziza bafise impwemu nyeranda+ yarungitswe ivuye mw’ijuru. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze+. 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.
12 Barahishuriwe yuko bariko bagabura, atari ku bwabo+, mugabo ku bwanyu, ibintu ubu mwamenyeshejwe+ biciye ku babamenyesheje inkuru nziza bafise impwemu nyeranda+ yarungitswe ivuye mw’ijuru. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze+.
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.