1 Yohani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Kimwe cariho kuva mu ntango+, ico twumvise+, ico twabonye n’amaso yacu+, ico twitegereje neza+ n’amaboko yacu akagikorakora+, ku vyerekeye rya jambo ry’ubuzima+ 2 Yohani 5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero ndagusaba, mukenyezi, nk’umuntu atariko akwandikira ibwirizwa rishasha+, mugabo iryo twaronse guhera mu ntango+: ni uko dukundana+.
1 Kimwe cariho kuva mu ntango+, ico twumvise+, ico twabonye n’amaso yacu+, ico twitegereje neza+ n’amaboko yacu akagikorakora+, ku vyerekeye rya jambo ry’ubuzima+
5 Ubu rero ndagusaba, mukenyezi, nk’umuntu atariko akwandikira ibwirizwa rishasha+, mugabo iryo twaronse guhera mu ntango+: ni uko dukundana+.