Yohani 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: mukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+. Yohani 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Iri ni ryo bwirizwa ryanje: ko mukundana nk’uko nabakunze+. 1 Petero 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hejuru ya vyose, mugiriranire urukundo rwinshi+, kuko urukundo rupfuka ibicumuro indiri+.