ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 12:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Irigira kabiri ni iri: ‘Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.’ Nta rindi bwirizwa ririho riruta ayo.”

  • Yohani 13:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: mukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+.

  • 1 Abatesalonika 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko ku bijanye n’urukundo rwa kivukanyi+, ntimukeneye ko tubandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishijwe n’Imana+ gukundana+;

  • 1 Petero 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Hejuru ya vyose, mugiriranire urukundo rwinshi+, kuko urukundo rupfuka ibicumuro indiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika