1 Yohani 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bakundwa, sindabandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ndabandikiye ibwirizwa rya kera+ mwaronse kuva mu ntango+. Iryo bwirizwa rya kera ni rya jambo mwumvise.
7 Bakundwa, sindabandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ndabandikiye ibwirizwa rya kera+ mwaronse kuva mu ntango+. Iryo bwirizwa rya kera ni rya jambo mwumvise.