Abalewi 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova. Gusubira mu vyagezwe 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+. Yohani 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: mukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+.
18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.
5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+.