Yohani 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 biciye kuri we bwari ubuzima+, kandi ubuzima bwari umuco+ w’abantu. Yohani 6:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Simoni Petero+ amwishura ati: “Mukama, tuje kwa nde+? Wewe ufise amajambo y’ubuzima budahera+;