ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko nk’uko Se afise ubuzima muri we nyene+, ni ko yahaye n’Umwana kugira ubuzima muri we nyene+.

  • Ivyakozwe 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+.

  • 1 Yohani 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 (egome, ubuzima bwarerekanywe+, kandi twarabonye tukaba kandi turiko turashinga intahe+ twongera tubamenyesha ubuzima budahera+ bwari kumwe na Data tukaba kandi twarabweretswe),

  • 1 Yohani 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi iyi ni yo ntahe yashinzwe: ni uko Imana yaduhaye ubuzima budahera+, kandi ubwo buzima buri mu Mwana wayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika