Luka 24:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 mubwirizwa kuba ivyabona+ vy’ivyo bintu. Ivyakozwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.” Ivyakozwe 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uyo Yezu Imana yaramuzuye, kandi twese turi ivyabona vy’ico kintu+.
8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”