Yohani 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Uwo ni we mwigishwa+ ashingira intahe ivyo bintu ari na we yavyanditse, kandi turazi yuko intahe ashinga ari iy’ukuri+. Ivyakozwe 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uyo Yezu Imana yaramuzuye, kandi twese turi ivyabona vy’ico kintu+.
24 Uwo ni we mwigishwa+ ashingira intahe ivyo bintu ari na we yavyanditse, kandi turazi yuko intahe ashinga ari iy’ukuri+.