Yohani 19:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kandi uwabibonye yarashinze intahe, kandi intahe yiwe ni iy’ukuri, kandi uwo muntu arazi ko avuga ibintu vy’ukuri, kugira ngo namwe mwemere+. 3 Yohani 12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Demetiriyo yarashingiwe intahe na bose+ be n’ukuri ubwakwo. Nkako, na twebwe turashinga intahe+, kandi urazi yuko intahe dushinga ari iy’ukuri+.
35 Kandi uwabibonye yarashinze intahe, kandi intahe yiwe ni iy’ukuri, kandi uwo muntu arazi ko avuga ibintu vy’ukuri, kugira ngo namwe mwemere+.
12 Demetiriyo yarashingiwe intahe na bose+ be n’ukuri ubwakwo. Nkako, na twebwe turashinga intahe+, kandi urazi yuko intahe dushinga ari iy’ukuri+.