1 Yohani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Kimwe cariho kuva mu ntango+, ico twumvise+, ico twabonye n’amaso yacu+, ico twitegereje neza+ n’amaboko yacu akagikorakora+, ku vyerekeye rya jambo ry’ubuzima+ 1 Yohani 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bakundwa, sindabandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ndabandikiye ibwirizwa rya kera+ mwaronse kuva mu ntango+. Iryo bwirizwa rya kera ni rya jambo mwumvise. 2 Yohani 5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero ndagusaba, mukenyezi, nk’umuntu atariko akwandikira ibwirizwa rishasha+, mugabo iryo twaronse guhera mu ntango+: ni uko dukundana+.
1 Kimwe cariho kuva mu ntango+, ico twumvise+, ico twabonye n’amaso yacu+, ico twitegereje neza+ n’amaboko yacu akagikorakora+, ku vyerekeye rya jambo ry’ubuzima+
7 Bakundwa, sindabandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ndabandikiye ibwirizwa rya kera+ mwaronse kuva mu ntango+. Iryo bwirizwa rya kera ni rya jambo mwumvise.
5 Ubu rero ndagusaba, mukenyezi, nk’umuntu atariko akwandikira ibwirizwa rishasha+, mugabo iryo twaronse guhera mu ntango+: ni uko dukundana+.