ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 kugira ngo umuntu wese amwemera aronke ubuzima budahera+.

  • Yohani 5:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Uwumva ijambo ryanje kandi akemera uwandungitse arafise ubuzima budahera+, kandi ntaja mu rubanza, mugabo aba avuye mu rupfu akaja mu buzima+.

  • 1 Petero 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 kuko muronka iherezo ry’ukwizera kwanyu, ubukiriro bw’ubuzima bwanyu+.

  • 1 Yohani 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ndabandikiye ivyo bintu kugira ngo mumenye yuko mufise ubuzima budahera+, mwebwe abizeye izina ry’Umwana w’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika