Yohani 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe. 1 Yohani 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.
31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe.
23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.