Itanguriro 25:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze Yakobo yongerako ati: “Banza undahire+!” Nuko aramurahira kandi agurisha kuri Yakobo uburenganzira bwiwe bw’imfura+. Abaroma 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Rebeka yabwiwe ati: “Bukuru azoba umushumba wa Butoyi+.”
33 Maze Yakobo yongerako ati: “Banza undahire+!” Nuko aramurahira kandi agurisha kuri Yakobo uburenganzira bwiwe bw’imfura+.