Itanguriro 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Aburamu na we abwira umwami wa Sodomu ati: “Ndugije ukuboko kwanje ndahira+ Yehova Imana Musumbavyose, Uwashizeho ijuru n’isi, Abaheburayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko abantu barahira uwubaruta+, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose, kuko ari icemeza cemewe kuri bo+.
22 Aburamu na we abwira umwami wa Sodomu ati: “Ndugije ukuboko kwanje ndahira+ Yehova Imana Musumbavyose, Uwashizeho ijuru n’isi,
16 Kuko abantu barahira uwubaruta+, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose, kuko ari icemeza cemewe kuri bo+.