Kuvayo 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 abo bompi baze barahire+ Yehova, yuko uwakibikijwe atakojeje ukuboko kwiwe ku bintu vya mugenziwe+. Kandi nyenevyo ategerezwa kuvyemera, uwo wundi na we nta nshumbusho azotanga. Yeremiya 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.
11 abo bompi baze barahire+ Yehova, yuko uwakibikijwe atakojeje ukuboko kwiwe ku bintu vya mugenziwe+. Kandi nyenevyo ategerezwa kuvyemera, uwo wundi na we nta nshumbusho azotanga.
16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.