Abalewi 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 canke agatora ikintu catakaye+ maze vy’ukuri agakoresha ikinyoma kuri nya kintu, kandi akarahira abesha+ ku kintu ico ari co cose mu bintu vyose yokora bikamucumuza, Imigani 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+.
3 canke agatora ikintu catakaye+ maze vy’ukuri agakoresha ikinyoma kuri nya kintu, kandi akarahira abesha+ ku kintu ico ari co cose mu bintu vyose yokora bikamucumuza,
9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+.