Itanguriro 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze untegurire imfungurwa zinovera, nka zimwe nkunda cane, uheze uzinzanire, hanyuma, aaa, ndye, kugira ndaguhezagire imbere y’uko mpfa+.” Abaheburayo 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kubera ukwizera kandi, Izahaki yarahezagiye Yakobo+ na Esawu+ ku bintu bizoza.
4 Maze untegurire imfungurwa zinovera, nka zimwe nkunda cane, uheze uzinzanire, hanyuma, aaa, ndye, kugira ndaguhezagire imbere y’uko mpfa+.”