Itanguriro 27:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Aregera rero maze aramusoma, amotēra akamoto k’impuzu ziwe+. Nuko atangura kumuhezagira no kuvuga ati: “Raba, akamoto k’umuhungu wanje kameze nk’akamoto k’ishamba Yehova yahezagiye.
27 Aregera rero maze aramusoma, amotēra akamoto k’impuzu ziwe+. Nuko atangura kumuhezagira no kuvuga ati: “Raba, akamoto k’umuhungu wanje kameze nk’akamoto k’ishamba Yehova yahezagiye.