ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 25:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nya bana barakura, Esawu acika umugabo azi guhiga+, umugabo w’ishamba, mugabo Yakobo acika umugabo atagirako umugayo+, aba mu mahema+.

  • Itanguriro 27:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Inyuma y’ivyo Rebeka afata impuzu za Esawu umuhungu wiwe mukuru+, impuzu nziza kuruta izindi yari afise mu nzu+, azambika Yakobo umuhungu wiwe mutoyi+.

  • Indirimbo ya Salomo 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Iminwa yawe iguma itonyanga ubuki bw’ikimamara+, ewe mugeni wanje! Ubuki+ n’amata biri munsi y’ururimi rwawe, ugutamirana kw’impuzu zawe na kwo ni nk’ugutamirana+ kwa Libani.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika