Itanguriro 25:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze Yakobo yongerako ati: “Banza undahire+!” Nuko aramurahira kandi agurisha kuri Yakobo uburenganzira bwiwe bw’imfura+.
33 Maze Yakobo yongerako ati: “Banza undahire+!” Nuko aramurahira kandi agurisha kuri Yakobo uburenganzira bwiwe bw’imfura+.