Yosuwa 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Izahaki ndamuha Yakobo na Esawu+. Mu nyuma Esawu ndamuha umusozi Seyiri kugira ngo awigarurire+; hanyuma Yakobo n’abahungu biwe bamanuka mu Misiri+. Abaheburayo 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kubera ukwizera kandi, Izahaki yarahezagiye Yakobo+ na Esawu+ ku bintu bizoza.
4 Maze Izahaki ndamuha Yakobo na Esawu+. Mu nyuma Esawu ndamuha umusozi Seyiri kugira ngo awigarurire+; hanyuma Yakobo n’abahungu biwe bamanuka mu Misiri+.