2 Abami 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mu misi yiwe, Edomu+ igarariza ukuboko kwa Yuda, bimika umwami+ wo kubaganza. 2 Ngoma 28:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Abanyedomu+ bongera kuza, batangura gusasika Yuda maze batwara imbohe.