Kuvayo 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inyuma y’ivyo, Yehova abwirira Musa i Midiyani ati: “Genda, usubire mu Misiri, kuko abantu bose bahora bahiga ubuzima bwawe bapfuye+.” Matayo 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko jewe ndababwiye ko umuntu wese abandanya kurakira+ mwene wabo azobibazwa+ na sentare; mugabo uwo wese abwira mwene wabo ijambo ry’akagaye ritovugwa azobibazwa na Sentare Ntahinyuzwa; nayo uwo wese avuga ngo: ‘Wa gipfu c’igisesema we!’, azoba akwiriye Gehena* yaka umuriro+.
19 Inyuma y’ivyo, Yehova abwirira Musa i Midiyani ati: “Genda, usubire mu Misiri, kuko abantu bose bahora bahiga ubuzima bwawe bapfuye+.”
22 Ariko jewe ndababwiye ko umuntu wese abandanya kurakira+ mwene wabo azobibazwa+ na sentare; mugabo uwo wese abwira mwene wabo ijambo ry’akagaye ritovugwa azobibazwa na Sentare Ntahinyuzwa; nayo uwo wese avuga ngo: ‘Wa gipfu c’igisesema we!’, azoba akwiriye Gehena* yaka umuriro+.