Itanguriro 27:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ubu rero mwananje, umviriza ijwi ryanje uhaguruke+, uhungire kwa Labani musazanje i Harani+. Ivyakozwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Na we ati: “Bagabo, bene wacu na ba data, nimwumve. Imana y’ubuninahazwa+ yarabonekeye sogokuruza wacu Aburahamu igihe yari i Mezopotamiya, imbere y’uko agerera i Harani+,
2 Na we ati: “Bagabo, bene wacu na ba data, nimwumve. Imana y’ubuninahazwa+ yarabonekeye sogokuruza wacu Aburahamu igihe yari i Mezopotamiya, imbere y’uko agerera i Harani+,