Itanguriro 24:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Na we amubwira ati: “Ndi umukobwa wa Betuweli+ umuhungu wa Milika, uwo yavyariye Nahori+.” Itanguriro 31:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Reka imana ya Aburahamu+ ikaba n’imana ya Nahori+ ice urubanza hagati yacu, imana ya se.” Mugabo Yakobo arahira Imana se Izahaki yatinya*+.
53 Reka imana ya Aburahamu+ ikaba n’imana ya Nahori+ ice urubanza hagati yacu, imana ya se.” Mugabo Yakobo arahira Imana se Izahaki yatinya*+.