Itanguriro 30:1 Bibiliya y’isi nshasha 30 Rasheli abonye ko ata co yari yaravyariye Yakobo, agirira ishari mwene wabo, maze atangura kubwira Yakobo+ ati: “Mpa abana, ahandiho nzoba nk’umugore apfuye+.” Itanguriro 35:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Gutyo Rasheli arapfa maze ahambwa ku nzira ija muri Efurata, ni ukuvuga Betelehemu+.
30 Rasheli abonye ko ata co yari yaravyariye Yakobo, agirira ishari mwene wabo, maze atangura kubwira Yakobo+ ati: “Mpa abana, ahandiho nzoba nk’umugore apfuye+.”