Guharura 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.” 1 Samweli 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi yari adundumiwe mu mutima+; atangura rero gusenga Yehova+ no kurira cane+. Yeremiya 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kubera iki navuye mu gitereko+ kugira mbone igikorwa c’ubutame n’intuntu+, no kugira ngo imisi yanje irangirire mu bumaramare+?
15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.”
18 Kubera iki navuye mu gitereko+ kugira mbone igikorwa c’ubutame n’intuntu+, no kugira ngo imisi yanje irangirire mu bumaramare+?