Itanguriro 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Acegereza kwinjira mu Misiri, abwira rero Sarayi umugore wiwe ati: “Ehe rero ndakwinginze! Ndazi neza yuko uri umugore asa neza+. Itanguriro 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uwo mwigeme yari ateye igomwe+; yari isugi kandi nta mugabo yari bwaryamane na we+. Nuko amanuka kw’isôko maze atangura kwuzuza umubindi wiwe w’amazi hanyuma araduga. Esiteri 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze aba umurezi+ wa Hadasa, ari we Esiteri, umukobwa wa mwene wabo na se+, kuko atari afise se canke nyina; iyo nkumi yari nziza ku mubiri, igasa neza+, kandi igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara aba nk’umukobwa wiwe.
11 Acegereza kwinjira mu Misiri, abwira rero Sarayi umugore wiwe ati: “Ehe rero ndakwinginze! Ndazi neza yuko uri umugore asa neza+.
16 Uwo mwigeme yari ateye igomwe+; yari isugi kandi nta mugabo yari bwaryamane na we+. Nuko amanuka kw’isôko maze atangura kwuzuza umubindi wiwe w’amazi hanyuma araduga.
7 Maze aba umurezi+ wa Hadasa, ari we Esiteri, umukobwa wa mwene wabo na se+, kuko atari afise se canke nyina; iyo nkumi yari nziza ku mubiri, igasa neza+, kandi igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara aba nk’umukobwa wiwe.