Gusubira mu vyagezwe 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Umugabo niyazana umugeni+, ntakwiye kuja mu gisirikare, canke ngo hagire ikindi kintu na kimwe asabwa gukora. Akwiye kuguma iwe umwaka wose ata co bamusaba, anezereze umugore wiwe yazanye+. Zaburi 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi rimeze nk’umukwe igihe asohoka ava mu cumba ciwe c’ubugeni+;Rihimbarwa nka kurya umunyenkomezi ahimbarwa no kwiruka mu nzira+.
5 “Umugabo niyazana umugeni+, ntakwiye kuja mu gisirikare, canke ngo hagire ikindi kintu na kimwe asabwa gukora. Akwiye kuguma iwe umwaka wose ata co bamusaba, anezereze umugore wiwe yazanye+.
5 Kandi rimeze nk’umukwe igihe asohoka ava mu cumba ciwe c’ubugeni+;Rihimbarwa nka kurya umunyenkomezi ahimbarwa no kwiruka mu nzira+.