Gusubira mu vyagezwe 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vyongeye, ni nde muntu yari areheje umugore akaba atari bwamutware? Nagende asubire ku nzu iwe+, ntahave apfira ku rugamba maze uwundi muntu akamutwara.’ Luka 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwundi na we avuga ati: ‘Mperutse kuzana+ umugore, ni co gituma ntashobora kuza.’
7 Vyongeye, ni nde muntu yari areheje umugore akaba atari bwamutware? Nagende asubire ku nzu iwe+, ntahave apfira ku rugamba maze uwundi muntu akamutwara.’