Gusubira mu vyagezwe 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Umugabo niyazana umugeni+, ntakwiye kuja mu gisirikare, canke ngo hagire ikindi kintu na kimwe asabwa gukora. Akwiye kuguma iwe umwaka wose ata co bamusaba, anezereze umugore wiwe yazanye+. 1 Abakorinto 7:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ariko umugabo yubatse aganyishwa+ n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugore wiwe+,
5 “Umugabo niyazana umugeni+, ntakwiye kuja mu gisirikare, canke ngo hagire ikindi kintu na kimwe asabwa gukora. Akwiye kuguma iwe umwaka wose ata co bamusaba, anezereze umugore wiwe yazanye+.