Luka 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwundi na we avuga ati: ‘Mperutse kuzana+ umugore, ni co gituma ntashobora kuza.’ 1 Timoteyo 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nkako, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye+, na canecane abo mu rugo rwiwe+, aba yihakanye+ ukwizera+ kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera.
8 Nkako, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye+, na canecane abo mu rugo rwiwe+, aba yihakanye+ ukwizera+ kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera.