Zaburi 65:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+. Luka 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko nya mumarayika amubwira ati: “Ntutinye, Zekariya, kubera ko ugutakamba kwawe kwumviswe+, kandi umugore wawe Elizabeti azokuvyarira umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yohani+.
2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+. Luka 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko nya mumarayika amubwira ati: “Ntutinye, Zekariya, kubera ko ugutakamba kwawe kwumviswe+, kandi umugore wawe Elizabeti azokuvyarira umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yohani+.
13 Ariko nya mumarayika amubwira ati: “Ntutinye, Zekariya, kubera ko ugutakamba kwawe kwumviswe+, kandi umugore wawe Elizabeti azokuvyarira umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yohani+.