Daniyeli 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hanyuma ambwira ati: “Ntutinye+, Daniyeli, kuko uhereye ku musi wa mbere washira umutima ku bwenge+ no ku kwicisha bugufi imbere y’Imana yawe+, amajambo yawe yarumviswe, kandi nje kubera amajambo yawe+.
12 Hanyuma ambwira ati: “Ntutinye+, Daniyeli, kuko uhereye ku musi wa mbere washira umutima ku bwenge+ no ku kwicisha bugufi imbere y’Imana yawe+, amajambo yawe yarumviswe, kandi nje kubera amajambo yawe+.