Itanguriro 46:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Bene Zebuloni+ bari Seredi, Eloni na Yahileyeli+. Itanguriro 49:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Zebuloni azoba iruhande y’inkengera y’ikiyaga+, kandi azoba iruhande y’inkengera aho imeri zihagarara zakoroye inanga+; kandi uruhande rwiwe rwa kure ruzoba ruherereye i Sidoni+. Gusubira mu vyagezwe 33:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri Zebuloni na ho avuga+ ati:“Nezererwa amasohoka yawe Zebuloni we+,Nawe Isakari, unezererwe amahema yawe+. Ivyahishuwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu muryango wa Zebuloni+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Yozefu+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Benyamini+, ibihumbi cumi na bibiri badomweko ikidodo+.
13 “Zebuloni azoba iruhande y’inkengera y’ikiyaga+, kandi azoba iruhande y’inkengera aho imeri zihagarara zakoroye inanga+; kandi uruhande rwiwe rwa kure ruzoba ruherereye i Sidoni+.
18 Kuri Zebuloni na ho avuga+ ati:“Nezererwa amasohoka yawe Zebuloni we+,Nawe Isakari, unezererwe amahema yawe+.
8 mu muryango wa Zebuloni+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Yozefu+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Benyamini+, ibihumbi cumi na bibiri badomweko ikidodo+.