ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Hanyuma ubupfindo+ bugira gatatu bugirirwa bene Zebuloni+, hakurikijwe imiryango yabo, urubibe rw’intoranwa yabo rukaba rwaragenda gushika i Saridi.

  • Abacamanza 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Muri Efurayimu ni ho bamuka, abari mu kiyaya co hasi+,

      Bari kumwe nawe, ewe Benyamini, mu bisata vyawe vy’abantu.

      Muri Makiri+ ni ho abakomanda bamanutse bava,

      Muri Zebuloni na ho, abakoresha ibikoresho vy’umwanditsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika