Itanguriro 49:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Zebuloni azoba iruhande y’inkengera y’ikiyaga+, kandi azoba iruhande y’inkengera aho imeri zihagarara zakoroye inanga+; kandi uruhande rwiwe rwa kure ruzoba ruherereye i Sidoni+. Gusubira mu vyagezwe 33:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri Zebuloni na ho avuga+ ati:“Nezererwa amasohoka yawe Zebuloni we+,Nawe Isakari, unezererwe amahema yawe+.
13 “Zebuloni azoba iruhande y’inkengera y’ikiyaga+, kandi azoba iruhande y’inkengera aho imeri zihagarara zakoroye inanga+; kandi uruhande rwiwe rwa kure ruzoba ruherereye i Sidoni+.
18 Kuri Zebuloni na ho avuga+ ati:“Nezererwa amasohoka yawe Zebuloni we+,Nawe Isakari, unezererwe amahema yawe+.