ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 31:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Iyi ibaye imyaka mirongo ibiri ndi mu nzu yawe. Nagukoreye imyaka cumi n’ine ku bw’abakobwa bawe babiri, n’imyaka itandatu ku bw’umukuku wawe, kandi wahinduye impembo yanje incuro cumi+.

  • Hoseya 12:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika