Itanguriro 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Izahaki arungika Yakobo, maze uno aja i Padani-aramu, kwa Labani mwene Betuweli Umusiriya+, musaza wa Rebeka+, nyina wa Yakobo na Esawu+. Gusubira mu vyagezwe 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+.
5 Nuko Izahaki arungika Yakobo, maze uno aja i Padani-aramu, kwa Labani mwene Betuweli Umusiriya+, musaza wa Rebeka+, nyina wa Yakobo na Esawu+.
5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+.