Itanguriro 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imana yaguma rero itwara ubusho bwa so ikabumpa+. Itanguriro 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nsigaye mfise amashūri n’indogobwa, intama, n’abasuku n’abasukukazi+, nkaba nagomba gutuma kubimenyesha umukama wanje, kugira ngire ubutoni mu maso yawe+.”’”
5 Nsigaye mfise amashūri n’indogobwa, intama, n’abasuku n’abasukukazi+, nkaba nagomba gutuma kubimenyesha umukama wanje, kugira ngire ubutoni mu maso yawe+.”’”