Itanguriro 30:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+. Itanguriro 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ndakwinginze wakire ingabirano iserura umuhezagiro wanje wazaniwe+, kuko Imana yantonesheje kandi nkaba mfise ikintu cose+.” Nuko abandanya kumwinginga, ku buryo yakira+.
43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+.
11 Ndakwinginze wakire ingabirano iserura umuhezagiro wanje wazaniwe+, kuko Imana yantonesheje kandi nkaba mfise ikintu cose+.” Nuko abandanya kumwinginga, ku buryo yakira+.