Itanguriro 32:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko arara ng’aho iryo joro. Ku vyo yari afise afata ingabirano yo guha Esawu mwene wabo+: Imigani 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.
16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.