Itanguriro 30:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+. Abaheburayo 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uburyo bwanyu bwo kubaho ntibubemwo urukundo rw’amahera+, mu gihe mubumbwa+ n’ibintu vy’iki gihe+. Kuko yavuze iti: “Sinzogenda ngutaye, eka sinzogenda nguhevye+.”
43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+.
5 Uburyo bwanyu bwo kubaho ntibubemwo urukundo rw’amahera+, mu gihe mubumbwa+ n’ibintu vy’iki gihe+. Kuko yavuze iti: “Sinzogenda ngutaye, eka sinzogenda nguhevye+.”