Itanguriro 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nsigaye mfise amashūri n’indogobwa, intama, n’abasuku n’abasukukazi+, nkaba nagomba gutuma kubimenyesha umukama wanje, kugira ngire ubutoni mu maso yawe+.”’” Itanguriro 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kuko ibintu vyabo vyari vyarabaye vyinshi ku buryo batashobora kubana, nayo igihugu bari babayemwo ari ba kavamahanga kikaba kitashobora kubabeshaho kubera amasho yabo+.
5 Nsigaye mfise amashūri n’indogobwa, intama, n’abasuku n’abasukukazi+, nkaba nagomba gutuma kubimenyesha umukama wanje, kugira ngire ubutoni mu maso yawe+.”’”
7 kuko ibintu vyabo vyari vyarabaye vyinshi ku buryo batashobora kubana, nayo igihugu bari babayemwo ari ba kavamahanga kikaba kitashobora kubabeshaho kubera amasho yabo+.