-
Itanguriro 30:33Bibiliya y’isi nshasha
-
-
33 Kandi ugukora ibigororotse kwanje kuzonyishurira ku musi uwo ari wo wose wo muri kazoza wewe uzoza kwihweza impembo+ yanje; iyo yose itagira utudorodonzi n’amabara y’ibirabagu mu mpene zivyara be n’iyitari inginagina izize mu mpfizi z’intama zikiri nto, niyaba iri iwanje, izoba ari ikintu cibwe+.”
-