Itanguriro 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ariko ntiyaraba ryiza namba Kayini n’ishikanwa ryiwe+. Maze Kayini ararungura n’ishavu ryinshi+, mu maso hiwe hatangura kwiraburanirwa. Matayo 27:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko yari azi ko bari bamutanze+ kubera agashari+. Abagalatiya 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ntiturondere kwishira imbere, tuvyura uguhiganwa+, tugiriranira agashari+. Yakobo 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Canke mwibaza yuko icanditswe kivugira ubusa ngo: “Impwemu+ icumbitse muri twebwe iguma icambirwa ibintu ibigiranye agatima k’ishari”? 1 Yohani 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 atari nka Kayini, uwakomoka kuri wa mubisha akica+ mwene wabo. Kandi yamwishe kubera iki? Kubera ko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, mugabo ivya mwene wabo bikaba vyari bigororotse+.
5 ariko ntiyaraba ryiza namba Kayini n’ishikanwa ryiwe+. Maze Kayini ararungura n’ishavu ryinshi+, mu maso hiwe hatangura kwiraburanirwa.
5 Canke mwibaza yuko icanditswe kivugira ubusa ngo: “Impwemu+ icumbitse muri twebwe iguma icambirwa ibintu ibigiranye agatima k’ishari”?
12 atari nka Kayini, uwakomoka kuri wa mubisha akica+ mwene wabo. Kandi yamwishe kubera iki? Kubera ko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, mugabo ivya mwene wabo bikaba vyari bigororotse+.