ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+.

  • Yobu 21:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Baguma bashira ijwi hejuru hariko n’akagoma n’inanga+,

      Bakaguma banezerewe kw’ijwi ry’umwironge.

  • Zaburi 149:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Nibashemeze izina ryiwe batamba+.

      Nibamuhibongoreze bavuza akagoma n’inanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika